SSH na JLC mu gihe c’isuzuma ryo mu karere rya Mukakaro 2024 i Kayanza na Gahombo

9 Mukakaro 2024

Isuzuma ryo mu karere

SSH na JLC bariko baratunganya ikambi y’ubuvuzi y’abantu 2.420 mu Kigo ca Rukago muri komine ya Gahombo, Kayanza.